Abana bane batowe bakiri bazima inyuma y’aho indege yabo ikorokeye mw’ishamba ry’ikibiri ca Amazon muri Colombia, haraciye ikiringo kirenga ukwezi, nk’uko bitanganzwa n’umukuru w’iki gihugu. Aba bana ...
Mu myaka igera hafi kuri 40, Ken Smith yirinze ubuzima busanzwe, abaho atabona umuyagankuba canke amazi meza aho aba mu muganda yubatse ku nkengera y'ikiyaga kiri mu misozi ya kure cane muri Ecosse.